2 Abami 23:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Nuko abantu biwe bakura ikiziga ciwe i Megido, bagitwara i Yeruzalemu mu mukogote hanyuma bamuhamba mu mva yiwe. Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi mwene Yosiya bamurobanuza amavuta*, bamugira umwami mu kibanza ca se+.
30 Nuko abantu biwe bakura ikiziga ciwe i Megido, bagitwara i Yeruzalemu mu mukogote hanyuma bamuhamba mu mva yiwe. Maze abanyagihugu bafata Yehowahazi mwene Yosiya bamurobanuza amavuta*, bamugira umwami mu kibanza ca se+.