2 Abami 23:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Farawo Neko araheza yimika Eliyakimu mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca se Yosiya, maze ahindura izina ryiwe amwita Yehoyakimu. Mugabo aca afata Yehowahazi amujana mu Misiri+, ari na ho yahavuye apfira+. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:34 Yeremiya, rup. 158-159
34 Farawo Neko araheza yimika Eliyakimu mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca se Yosiya, maze ahindura izina ryiwe amwita Yehoyakimu. Mugabo aca afata Yehowahazi amujana mu Misiri+, ari na ho yahavuye apfira+.