-
2 Abami 9:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Yehu aca afora umuheto, arasa Yehoramu hagati y’ibitugu. Umwampi usohokana mu mutima, agwa mu mukogote wiwe w’intambara.