19 Nimumpamagarire rero abahanuzi bose ba Bayali+, abayisenga bose n’abaherezi bayo bose+. Ntihagire n’umwe asiba, kuko nipfuza gushikanira Bayali ikimazi kidasanzwe. Uwuzosiba wese azoca yicwa.» Mugabo ayo yari amayeri. Yehu yashaka guhonya abasenga Bayali.