2 Abami 14:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugabo Amaziya yanka kwumva+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli aja gutana mu mitwe na Amaziya umwami w’Ubuyuda, barwanira i Beti-Shemeshi mu Buyuda+.
11 Mugabo Amaziya yanka kwumva+. Nuko Yehowasi umwami wa Isirayeli aja gutana mu mitwe na Amaziya umwami w’Ubuyuda, barwanira i Beti-Shemeshi mu Buyuda+.