2 Abami 15:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Azariya*+ mwene Amaziya+ umwami w’Ubuyuda yabaye umwami mu mwaka ugira 27 Yerobowamu* umwami wa Isirayeli aganza+.
15 Azariya*+ mwene Amaziya+ umwami w’Ubuyuda yabaye umwami mu mwaka ugira 27 Yerobowamu* umwami wa Isirayeli aganza+.