ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Ku ntwaro ya Peka umwami wa Isirayeli, Tigulati-Pileseri+ umwami wa Ashuri aratera, afata igisagara ca Iyoni, ica Abeli-Beti-Mayaka+, ica Yanowa, ica Kedeshi+, ica Hazori n’akarere ka Gileyadi+. Afata n’intara ya Galilaya, ni ukuvuga akarere kose ka Nafutali+. Maze ababa aho hantu hose yafashe abajana mu bunyagano i Ashuri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika