2 Abami 16:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yagumye kandi aja mu bibanza vyo gusengeramwo*, ku mirambi no munsi y’ibiti bitotahaye vyose, akahatangira ibimazi bigafumba umwotsi+.
4 Yagumye kandi aja mu bibanza vyo gusengeramwo*, ku mirambi no munsi y’ibiti bitotahaye vyose, akahatangira ibimazi bigafumba umwotsi+.