2 Abami 16:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ico gihe ni ho Rezini umwami wa Siriya na Peka mwene Remaliya umwami wa Isirayeli baduga gutera Ahazi i Yeruzalemu+. Barahugarije mugabo ntibashoboye kuhafata.
5 Ico gihe ni ho Rezini umwami wa Siriya na Peka mwene Remaliya umwami wa Isirayeli baduga gutera Ahazi i Yeruzalemu+. Barahugarije mugabo ntibashoboye kuhafata.