1 Ngoma 5:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Imana yarabafashije batsinda Abahaguri n’abari kumwe na bo bose. Batsinze kubera ko muri iyo ntambara batabaje Imana, na yo yumva ugutabaza kwabo kubera ko bayizigiye+. 1 Ngoma Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 5:20 Umunara w’Inderetsi,1/10/2005, rup. 9
20 Imana yarabafashije batsinda Abahaguri n’abari kumwe na bo bose. Batsinze kubera ko muri iyo ntambara batabaje Imana, na yo yumva ugutabaza kwabo kubera ko bayizigiye+.