1 Ngoma 11:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Aho hambere Sawuli akiri umwami, ni wewe wayobora Abisirayeli ku rugamba*+, kandi Yehova Imana yawe yakubwiye ati: “Ni wewe uzoragira abantu banje b’Abisirayeli, ube indongozi yabo*+.”»
2 Aho hambere Sawuli akiri umwami, ni wewe wayobora Abisirayeli ku rugamba*+, kandi Yehova Imana yawe yakubwiye ati: “Ni wewe uzoragira abantu banje b’Abisirayeli, ube indongozi yabo*+.”»