1 Ngoma 14:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Aya ni yo mazina y’abana yavyariye i Yeruzalemu+: Shamuwa, Shobabu, Natani+, Salomo+,