ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 21:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Mugabo Orunani abwira Dawidi ati: «Mwami wanje hatware habe rwawe, uhakoreshe ico wipfuza*. Izi nka ndazitanze ngo zibe amashikanwa aturirwa, ibibaho zikwega mu gutonora intete*+ bikubere inkwi, ingano na zo zibe ishikanwa ry’intete. Vyose ndabiguhaye.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika