1 Ngoma 22:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Dawidi abwira umuhungu wiwe Salomo ati: «Naripfuje cane kwubaka inzu yitirirwa izina rya Yehova Imana yanje+.
7 Dawidi abwira umuhungu wiwe Salomo ati: «Naripfuje cane kwubaka inzu yitirirwa izina rya Yehova Imana yanje+.