-
1 Ngoma 22:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 «Yehova Imana yanyu ari kumwe namwe kandi yabahaye amahoro impande zose. Yarabafashije gutsinda ababa muri iki gihugu. Yehova n’abantu biwe ni bo bakiganza.
-