2 Ngoma 7:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ku musi ugira 23 w’ukwezi kugira indwi, umwami asezera abantu. Baca barataha banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima kubera ivyiza vyose Yehova yakoreye Dawidi, Salomo n’ihanga ryiwe Isirayeli+.
10 Ku musi ugira 23 w’ukwezi kugira indwi, umwami asezera abantu. Baca barataha banezerewe+ kandi baryohewe mu mutima kubera ivyiza vyose Yehova yakoreye Dawidi, Salomo n’ihanga ryiwe Isirayeli+.