2 Ngoma 17:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mu muryango wa Benyamini+ hari umurwanyi w’intwari yitwa Eliyada. Yatwara abarwanyi 200.000 bitwaza inkinzo n’imiheto+.
17 Mu muryango wa Benyamini+ hari umurwanyi w’intwari yitwa Eliyada. Yatwara abarwanyi 200.000 bitwaza inkinzo n’imiheto+.