-
2 Ngoma 19:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 benewanyu bo mu bindi bisagara nibabatura amatati ajanye n’uwasheshe amaraso+ canke ikibazo kijanye n’itegeko, ibwirizwa, ivyagezwe canke ingingo zashinzwe, muze mubaburire kugira ntibaharurweko icaha imbere ya Yehova. Ahandiho yohava abashavurira mwe na benewanyu. Ukwo ni ko muzokora kugira ngo ntimuharurweko icaha.
-