2 Ngoma 21:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Haheze imyaka ibiri yuzuye, amara yiwe atangura gusohoka kubera iyo ndwara. Mu nyuma araremba, arateba arapfa. Abantu biwe nta muriro bamucaniye ngo bamutere iteka nk’uko babigiriye ba sekuruza biwe+.
19 Haheze imyaka ibiri yuzuye, amara yiwe atangura gusohoka kubera iyo ndwara. Mu nyuma araremba, arateba arapfa. Abantu biwe nta muriro bamucaniye ngo bamutere iteka nk’uko babigiriye ba sekuruza biwe+.