2 Ngoma 21:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Yehoramu yabaye umwami afise imyaka 32, maze amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu. Nta n’umwe yababajwe n’urupfu rwiwe. Nuko bamuhamba mu gisagara ca Dawidi+, mugabo ntibamuhamba aho bahamba abami+.
20 Yehoramu yabaye umwami afise imyaka 32, maze amara imyaka umunani aganza i Yeruzalemu. Nta n’umwe yababajwe n’urupfu rwiwe. Nuko bamuhamba mu gisagara ca Dawidi+, mugabo ntibamuhamba aho bahamba abami+.