2 Ngoma 29:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Maze Hezekiya ategeka ko bashikana ikimazi giturirwa ku gicaniro+. Bagitangura gushikana ico kimazi, indirimbo ya Yehova ica iratangura. Inzumbete zirasamirana ziyobowe n’ibicurarangisho vya Dawidi umwami wa Isirayeli.
27 Maze Hezekiya ategeka ko bashikana ikimazi giturirwa ku gicaniro+. Bagitangura gushikana ico kimazi, indirimbo ya Yehova ica iratangura. Inzumbete zirasamirana ziyobowe n’ibicurarangisho vya Dawidi umwami wa Isirayeli.