2 Ngoma 31:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Baguma bazana intererano badahemuka, n’ivy’icumi+ be n’ibintu vyeranda. Umulewi yitwa Konaniya ni we yari abihagarikiye vyose, agakurikirwa na mwenewabo Shimeyi.
12 Baguma bazana intererano badahemuka, n’ivy’icumi+ be n’ibintu vyeranda. Umulewi yitwa Konaniya ni we yari abihagarikiye vyose, agakurikirwa na mwenewabo Shimeyi.