-
2 Ngoma 31:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Ivyo vyaza vyiyongera ku gikorwa co kugaburira abantu b’igitsina-gabo baza buri musi ku nzu ya Yehova gukora igikorwa bajejwe bisunze imigwi barimwo. Bari banditswe hakurikijwe amamuko yabo kuva ku bafise imyaka itatu kuduga.
-