2 Ngoma 32:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Nuko Hezekiya arapfa, maze bamuhamba ku kadugo kaja ku mva z’abakomoka kuri Dawidi+. Ababa mu Buyuda bose n’i Yeruzalemu baza kumuhambana iteka. Umuhungu wiwe Manase aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.
33 Nuko Hezekiya arapfa, maze bamuhamba ku kadugo kaja ku mva z’abakomoka kuri Dawidi+. Ababa mu Buyuda bose n’i Yeruzalemu baza kumuhambana iteka. Umuhungu wiwe Manase aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.