Ezira 4:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ico gihe ni ho igikorwa co ku nzu y’Imana yari i Yeruzalemu cahagarara. Vyagumye ukwo gushika mu mwaka ugira kabiri Dariyo umwami w’Ubuperesi aganza+.
24 Ico gihe ni ho igikorwa co ku nzu y’Imana yari i Yeruzalemu cahagarara. Vyagumye ukwo gushika mu mwaka ugira kabiri Dariyo umwami w’Ubuperesi aganza+.