Ezira 10:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Bamenyeshwa ko abatware n’abashingantahe bafashe ingingo y’uko uwo wese atazoba yaje mu kiringo c’imisi itatu, ibintu vyiwe vyose bizofatwa*, na we akaba igicibwa mw’ishengero ry’abavuye mu bunyagano+.
8 Bamenyeshwa ko abatware n’abashingantahe bafashe ingingo y’uko uwo wese atazoba yaje mu kiringo c’imisi itatu, ibintu vyiwe vyose bizofatwa*, na we akaba igicibwa mw’ishengero ry’abavuye mu bunyagano+.