Nehemiya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Iruhande ya Sadoki hasanuye Abanyatekowa+. Mugabo abanyacubahiro bo muri bo baranse kwicisha bugufi* ngo bakore ibikorwa bahawe n’ababahagarikiye. Nehemiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:5 Umunara w’Inderetsi,1/2/2006, rup. 10
5 Iruhande ya Sadoki hasanuye Abanyatekowa+. Mugabo abanyacubahiro bo muri bo baranse kwicisha bugufi* ngo bakore ibikorwa bahawe n’ababahagarikiye.