Nehemiya 6:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Abantu benshi bo mu Buyuda bari baremeye baranarahira ko bazoguma bamushigikira kubera ko yari umukwe wa Shekaniya mwene Ara+. Kandi umuhungu wiwe Yehohanani yari yararongoye umukobwa wa Meshulamu+ mwene Berekiya.
18 Abantu benshi bo mu Buyuda bari baremeye baranarahira ko bazoguma bamushigikira kubera ko yari umukwe wa Shekaniya mwene Ara+. Kandi umuhungu wiwe Yehohanani yari yararongoye umukobwa wa Meshulamu+ mwene Berekiya.