Nehemiya 7:65 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 65 Nuko buramatari*+ ababwira ko badakwiye kurya ku bintu vyeranda cane+ gushika habonetse umuherezi yobaza Imana biciye kuri Urimu na Tumimu*+.
65 Nuko buramatari*+ ababwira ko badakwiye kurya ku bintu vyeranda cane+ gushika habonetse umuherezi yobaza Imana biciye kuri Urimu na Tumimu*+.