Nehemiya 11:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Seraya umuhungu wa Hilikiya, Hilikiya wa Meshulamu, Meshulamu wa Sadoki, Sadoki wa Merayoti, Merayoti wa Ahitubu+ indongozi mu nzu* y’Imana y’ukuri,
11 Seraya umuhungu wa Hilikiya, Hilikiya wa Meshulamu, Meshulamu wa Sadoki, Sadoki wa Merayoti, Merayoti wa Ahitubu+ indongozi mu nzu* y’Imana y’ukuri,