Nehemiya 11:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ng’ibi ibigwati abantu babamwo n’amatongo abikikuje: bamwe mu bava mu muryango wa Yuda baba i Kiriyati-Aruba+ no mu dusagara tuhegukira*, i Diboni no mu dusagara tuhegukira, i Yekabuzeyeli+ no mu bigwati bihegereye,
25 Ng’ibi ibigwati abantu babamwo n’amatongo abikikuje: bamwe mu bava mu muryango wa Yuda baba i Kiriyati-Aruba+ no mu dusagara tuhegukira*, i Diboni no mu dusagara tuhegukira, i Yekabuzeyeli+ no mu bigwati bihegereye,