Nehemiya 12:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Abalewi bari Yeshuwa, Binuwi, Kadumiyeli+, Sherebiya, Yuda na Mataniya+. Mataniya na benewabo ni bo baja imbere mu bijanye n’indirimbo zo gukengurukira Imana.
8 Abalewi bari Yeshuwa, Binuwi, Kadumiyeli+, Sherebiya, Yuda na Mataniya+. Mataniya na benewabo ni bo baja imbere mu bijanye n’indirimbo zo gukengurukira Imana.