31 Maze nsaba abatware bo mu Buyuda ngo burire ku ruzitiro. Vyongeye, nshiraho imigwi ibiri minini y’abaririmba indirimbo zo gukengurukira Imana hamwe n’ababagendanira. Umwe muri iyo migwi y’abaririmba waciye iburyo hejuru ku ruzitiro, ugana kw’irembo ry’ibirundo vy’umunyota+.