Nehemiya 12:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Uwundi mugwi w’abaririmba indirimbo zo gukenguruka waciye ibubamfu*. Nari inyuma yawo ndi kumwe n’ica kabiri c’abantu. Twaciye hejuru ku ruzitiro, duca ku munara w’amafuru+, turagenda gushika ahitwa uruhome rwagutse+.
38 Uwundi mugwi w’abaririmba indirimbo zo gukenguruka waciye ibubamfu*. Nari inyuma yawo ndi kumwe n’ica kabiri c’abantu. Twaciye hejuru ku ruzitiro, duca ku munara w’amafuru+, turagenda gushika ahitwa uruhome rwagutse+.