25 Nuko ntatira abo bagabo, ndabahamagarirako umuvumo nongera nkubita bamwe muri bo+, ndabashikura imishatsi. Maze ndabarahiza mw’izina ry’Imana nti: «Abakobwa banyu ntimukwiye kubaha abahungu babo, n’abakobwa babo ntimukwiye kubasabira abahungu banyu canke ngo mubarongore+.