-
Esiteri 4:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Esiteri aca ahamagara Hataki, amutegeka kuja kubaza Morudekayi ivyo bintu ivyo ari vyo n’icabiteye. Hataki yari umwe mu nkone z’umwami. Umwami yari yaramugenye ngo akorere Esiteri.
-