Esiteri 9:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Morudekayi yari asigaye ari umuntu akomeye+ ku kirimba*. Yaguma aba rurangiranwa mu ntara zose kubera ko yagenda akomera cane.
4 Morudekayi yari asigaye ari umuntu akomeye+ ku kirimba*. Yaguma aba rurangiranwa mu ntara zose kubera ko yagenda akomera cane.