Esiteri 9:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umwami aca ashinga ko bikorwa gutyo nyene. I Shushani* harasohowe itegeko, ba bahungu cumi ba Hamani na bo baramanikwa.
14 Umwami aca ashinga ko bikorwa gutyo nyene. I Shushani* harasohowe itegeko, ba bahungu cumi ba Hamani na bo baramanikwa.