Yobu 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Hanyuma umusi ugeze, abamarayika*+ barinjira bahagarara imbere ya Yehova+, na Shetani yinjirana na bo ahagarara imbere ya Yehova+. Yobu Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:1 Umunara w’Inderetsi,15/3/2006, rup. 13-14
2 Hanyuma umusi ugeze, abamarayika*+ barinjira bahagarara imbere ya Yehova+, na Shetani yinjirana na bo ahagarara imbere ya Yehova+.