Yobu 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ni co gituma ntazoreka kuvuga. Nzovuga naho ntuntuye ku mutima.Nzokwiganyira naho ndundumiwe+!