Yobu 20:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Abana biwe bazokwisemba abakene,kandi amaboko yiwe azosubiza ubutunzi yanyaze+.