Yobu 33:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Azotakambira Imana+, na yo imugirire ubuntu.Azokwiha akaruru k’umunezero abonye mu maso hayo,kandi izosubira kumubona nk’umugororotsi.
26 Azotakambira Imana+, na yo imugirire ubuntu.Azokwiha akaruru k’umunezero abonye mu maso hayo,kandi izosubira kumubona nk’umugororotsi.