Yobu 36:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Ariko wiyubare kugira ishavu ntiritume ukora ububisha*+,kandi ntureke ngo igiturire kinini kiguteshe inzira.
18 Ariko wiyubare kugira ishavu ntiritume ukora ububisha*+,kandi ntureke ngo igiturire kinini kiguteshe inzira.