Zaburi 27:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Igihe inkozi z’ikibi zantera kugira zintabagure+,abandwanya be n’abansi banje ni bo batsitaye baragwa. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 27:2 Umunara w’Inderetsi,15/7/2012, rup. 23-24
2 Igihe inkozi z’ikibi zantera kugira zintabagure+,abandwanya be n’abansi banje ni bo batsitaye baragwa.