Zaburi 38:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ariko abansi banje barakomeye* kandi bari n’ububasha.Abanyankira ubusa basigaye ari benshi.