Zaburi 68:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Imana ituma abantu b’inyakamwe baronka aho baba+.Ibohora imbohe maze igatuma zitunganirwa+. Ariko intagondwa* zibwirizwa kuba mu gihugu kigadutse+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 68:6 Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),no. 1 2018 rup. 11
6 Imana ituma abantu b’inyakamwe baronka aho baba+.Ibohora imbohe maze igatuma zitunganirwa+. Ariko intagondwa* zibwirizwa kuba mu gihugu kigadutse+.