Zaburi 77:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 77 Nzotakambira Imana n’ijwi ryanje.Nzotakambira Imana kandi izonyumviriza+.