Zaburi 77:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yehova ni we ndondera ku musi w’amaganya+. Mw’ijoro nguma ndugije amaboko ndamusenga, ariko vyanse ko mpozwa.
2 Yehova ni we ndondera ku musi w’amaganya+. Mw’ijoro nguma ndugije amaboko ndamusenga, ariko vyanse ko mpozwa.