Zaburi 78:54 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 54 Nuko ibazana mu gihugu cayo ceranda+,aka karere k’imisozi yigaruriye n’ukuboko kwayo kw’ukuryo+.