-
Zaburi 84:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Mbere n’inyoni iraronka aho yibera mu nzu yawe,
n’intamba ikaronka aho yubaka icari cayo,
aho yitwararikira utwana twayo,
iruhande y’igicaniro cawe gihambaye, ewe Yehova Nyeningabo,
Mwami wanje ukaba n’Imana yanje!
-